Uwahoze ari Papa Benedicto XVI yitavye Imana aho yaba i Vaticano, ku myaka 95, hafi imyaka 10 kuva atanze imihoho kubera amagara make. Yabaye umukuru wa Ekereziya Katorika mu kiringo kidashika imyaka ...
Abanyagatolika barimo kwizihiza isabukuru y'imyaka 12 Papa Francis amaze atowe nk'umushumba wa Kiliziya Gatolika ku isi bamusabira ngo akire. Francis, watowe ku itariki ya 13 Werurwe (3) mu mwaka wa ...