Bamwe bavuga ko babuze vyose, harimwo n’ibidandazwa bari barafashe amadeni muri banki kugira babironke. Uyu muriro ukurikiye uwaturiye isoko yo Kwa Siyoni muri Bujumbura mu mpera z'ukwezi kwa Nzeru(1) ...
Ishirahamwe riharanira uburenganzira bwa muntu Human Rights Watch (HRW ) riragiriza umuhari 23 n'urunani urimwo rwa AFC gutera ubwoba, gupfunga no gutera abamenyeshamakuru, ababinegura, n'abo mu ...